Home NEWS Ushobora gufasha umusore Venant NIYONKURU

Ushobora gufasha umusore Venant NIYONKURU

212
0

Ugufashanya nico camye kiranga basokuru naba sokuruza, Venant NIYONKURU avuka  muntara ya Kayanza , imyaka ibiri iramugukwira agize isanganya agozwe ni modokari, baciye bamutabariza kubitaro mukayaza ariko biranka bamumanukana ibujumbura kuko yaciye abapararize amagara yiwe ntiyigeze amera neza nta bitaro bikomeye atarajayo hose umuryango niwe wakubita inzu ibifunsi mukugurisha amatungo yabo kuko nta bavyeyi afise.

Venant NIYONKURU abaganga bamwandikiye kuja kwivuriza mugihugu c’ubuhindi, abanganga bo mugihugu c’ubuhindi bamusavye ibihumbi c’umi na bitanu namajana atandatu na abiri yabanya merika (15602 Dollar) angana ni 31.713.144 Fbu bamaze kubona impapuro ziwe, venant NIYONKURU akaba yahaw ikiringo c’ukwezi kugira azobe ashitse mu buhindi.

Venant NIYONKURU akaba asaba umuntu wese abishoboye ndetse afise umutima wikigogwe amufashe  kugira aje kwivuza ati : Ntabaze reta y’ubrundi irongowe na sebarundi arabe uko yofasha nkaja kwivuza kuko ndamerewe nabi cane, umuntu wese ashobora guterera afise umutima y’urukundo, umuntu wesa ashobora gutahura uko umubiri ubabaza akagira ico yofashije.

15500cookie-checkUshobora gufasha umusore Venant NIYONKURU
Previous articleMetou Brown ashira kumugaragaro EP yiwe Inyabutatu
Next articleInyumba Y’imyaka 5 Batandukanye, Umugwi P-Square igiye gukora igiteramo c’ambera

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here