Home NEWS Inyumba Y’imyaka 5 Batandukanye, Umugwi P-Square igiye gukora igiteramo c’ambera

Inyumba Y’imyaka 5 Batandukanye, Umugwi P-Square igiye gukora igiteramo c’ambera

220
0

Umugwi P-Square ugizwe namahasa Peter Okoye na Paul Okoye inyuma yo kwiyunga kwisabukuru yabo batangaje ko bagiye gukora igiteramo bise ‘P-Square Reactivated’. Ico giteramo kizoba ari igiteramo c’ambere bazoba bakoze inyuma y’imyaka 5 yariheze batandukanye.

Inyumana yo kwiyunga umugwi P-Square wongeye gutangaza amakuru meza kuba fana babo ko bagiye gukora iteremo c’agakura. P-Square igarutse mwisura shasha inyuma y’imyaka 5 bazoteramisha abakunzi babo kwitariki 18/12/2021.

Nkuko babigaragaje kumbuga ngurukana bumenyi zabo batangaje ko igiteramo ‘P-Square Reactivated’ izobera ku giteramo serukira muco rya Livespot Festival aho bazoteramisha abafana babo amasaha 3 gusa. Peter Okoye azwi nka Mr P yateguje abafana babo ati ‘’ Igiteramo cacu kizomara amasaha 3 kurubwo nizereko muzoza mwiteguye kuko muzomara ayo masaha 3 mutamba kuko tuzobaka igiteramo c’amateka’’.

Icogiteramo kikaba citezwe kuzokwakira abantu beshi kuko abo basore bari bakumbuwe cane, ikinyamakuru Daily Africa yatangaje iyinkuru cuvuze kuri iki giteramo aruko P-Square izoteramisha yonyene ntabandi baririmvyi batumiwe murwego rwo gushimisha abahana bayo bari bayikumbuye.

 

15540cookie-checkInyumba Y’imyaka 5 Batandukanye, Umugwi P-Square igiye gukora igiteramo c’ambera
Previous articleUshobora gufasha umusore Venant NIYONKURU
Next articleUmwanya wanje uri kuma babi y’agahawa, Spice Diana ashigikira abarimyi b’igitegwa c’agahawa mugihugu ciwe

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here