Umwanya wanje uri kuma babi y’agahawa, Spice Diana ashigikira abarimyi b’igitegwa c’agahawa mugihugu ciwe
27 November 2021Umwanya wabaririmvyi beshi ntiba ushira muburumye keshi biyumvira ibindi, Spice Diane we yemeje neze ko ubu umwanya wiwe awutwaye mundimo kugira igitegwa c’agahawe gitere imbere mugihugu c’iciwe c’amavuko Uganda.
Umwigeme Spice Diana abicishije kumbuga ziwe yashize amafoto aho yari mumurima munini wigitegwa c’agahawa abwira abafana biwe ko unomwanya ari bize n’amababi yagahawa ati : ‘’Nimunyizere ngiye gufata umwanya wama babi yagahawa ko mugihugu canje ca uganda’’.
Wibuke ko Spice Diane aheruka gusohora indirimbo ‘Upendo’ arikumwe n’umuririmvyi Zuchu wo mugihugu ca Tanzania ikaba imaze ukwezi gusa isohotse aho imaze kurabwa n’abantu barenga 1.000.000