Umuririmvyi Jogos Negros asazwe aramutsa umugwi Jaming Band womuntara ya Rumonge mbere akaba ari umuhinyanyzi muri studio Babu K Record yongaho nyene mu Rumonge aheruka nogu shira kumugaragaro indirimbo shasha Vyoose arikumwe n’umuririmvyi Tigger Brizz indirimbo imaze imisi itatu igiye kumugaragaro kuri chanel ya YouTube, yamenyesheje ko ubu bari mumyiteguro yogufata amasanamu yiyo ndirimbo yabo Vyoose, ivyo akaba yabimenyesheje mukiganiro Rumonge Fleva kiremeshwa na Sule S NDIMU hamwe na Soso hari kuruwu wakebisi kuri Radio Izere FM.

Jogos yavuzeko abakunzi beshi bama bamusaba gukora video ariko ubu yashimye guhera kuriyi ndirimbo yakoranye na Tigger Brizz mbere abaka yamenyesheje ko icogikogwa kizotangura muri y’indwi itangura.

Jogos akaba yahamagariye abakunzi bumuziki ndundi gufata mumugongo abaririmvyi biwabo noguteza imbere umuziki, kubanya rumonge akaba yabasavye kwakira neza iyondirimbo yiwe

AUDO | Jogos Neglos ft Tigger Brizz – Vyoose | Download

Facebook Comments Box
14180cookie-checkJogos Negros : Turimumyiteguro Yo Gufata Amasanamu Y’indirimbo Vyoose

By sules

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *