Home NEWS Bien Freema Boy Arerekanye Indirimbo Iri Muri EP Yiwe Iri Mumudiho Wama...

Bien Freema Boy Arerekanye Indirimbo Iri Muri EP Yiwe Iri Mumudiho Wama Piano

187
0

Umuririmvyi Bien Freema Boy nkuko amaze imisi abigaragaza kumbuga ngurukana bumenyi ziwe facebook canke instagram yuko vuba agiye gushira kumugaragara urukwirikirane gw’indirimbo EP aho ndetse amaze kwerekana ko muriyo EP yiwe hazogaragaramwo umuririmvi Wiz Designer aririmbamwo muri imwe mundirimbo ziri murugwo rukwirikirane.

Umuririmvyi Freema Boy kuruwu wambere igenekerezo rya 11 Gitugutu 2021 yehishuriwe abakunzi biwe ndetse n’abakunzi bumuziki ndundi ko muri iyo EP yiwe hazoba harimwo indirimbo izoba yitwa JOTO kandi izoba irimumu ndiho wa ma Piano umudiho bigaragara ko uriko urahurubigwa n’abaririmvyi beshi kumu gabane wa africa ivyo akaba ya bigaragaje kuri instagram yiwe kwi video yashizeko ari muri studio ariko ara iririmba mbere yandika aya majambo akwirikira : EP italeta Joto 🔥🔥🇧🇮ivo njo tunajipanga kufunga mwaka vizuri ..

14130cookie-checkBien Freema Boy Arerekanye Indirimbo Iri Muri EP Yiwe Iri Mumudiho Wama Piano
Previous articleMakamba | Yari Yakiriye Abamenyeshamakuru KIYAGO MEDIA TV
Next articleJogos Negros : Turimumyiteguro Yo Gufata Amasanamu Y’indirimbo Vyoose

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here