Makamba | Yari Yakiriye Abamenyeshamakuru KIYAGO MEDIA TV

Makamba | Yari Yakiriye Abamenyeshamakuru KIYAGO MEDIA TV

12 October 2021 0 By KAMIKAZI

Nimugihe ibici binini vyama TV online bikorera mugisagara ca Bujumbura, ivyo bikaca bigaragaza kutaboneka kwaba artiste bakorera muntara zaruguru kurayo ma TV Online yo mugisagara ca Bujumbura beshi bakibaza habuziki kugira nabo nyene bashikigwe.

Kiyago Media tv yaragize urugendo mu ntara ya Makamba muntumbero yo kumenyekanisha ibikogwa vy’abaririmvyi baba muriyo ntara  aho yagendeye umuririmvyi Jastway umuririmvyi bigaragara ko arikukivi gusumba abandi muriyo ntara, wibuke ko aherutse gushira kumugaragaro indirimbo yiwe shasha ifise amasanamu yitwa Je suis fidèle imase indwi zibiri gusa.

Mukiganiro umuririmvyi Justway yakoranye na Kiyago Media TV yashimiye cane icokinyamakuru kumugendera no kwerekana kushigikira abaririmvyi bomu ntara ya Makamba mbere aboneraho akagyo kogutera akamo ayandi ma media online gufata mumugongo abaririmvyi baba mu ntara ya Makamba.

Big Fizzo_Umudodo Lolilo & Bien Freema Boy Wa isapoti Bila Kubaguwa

https://www.youtube.com/watch?v=5Z3c6Grtm_E&t=87s

Facebook Comments Box
14110cookie-checkMakamba | Yari Yakiriye Abamenyeshamakuru KIYAGO MEDIA TV