Home ENTERTAINMENT Vuba Twitege bishasha vya Meili

Vuba Twitege bishasha vya Meili

468
0

Umuririmvyikazi Meili inyuma y’amezi ane asohoye y’indirimbo KURE Imaze kurabwa n’abantu barenga 60.000 Vues (60 k ) kurubuga gwa Youtube amenyesha abakunzi biwe ko vuba ahaye agaruka murubuga.

Abicishike kurubuga gwiwe gwa page ya Facebook yamenyesheje ko imyiteguro yurukwirikirane EP yaheze, aho ya bajije abakunzi biwe ko biteguye kwakira urwo rukutikirane.

Yagize ati : “Guys muri ready ryari ndayibahe EP???ūüé∂ūüĒ•ūüĒ• numva ntobanyoteza, It‚Äôs giving CONFIDENCE vives.”

Nkuko vyagaragaye murubwo butumwa, iyo EP yiwe izoba yitwa CONFIANCE, ariko    ntiyashimye kuvuga indirimbo zingahe canke nimbande baririmvyi bazobonekamwo.

Reka turindire.

https://www.youtube.com/watch?v=ovKCeIbw7I4

65420cookie-checkVuba Twitege bishasha vya Meili
Previous articleIshirahamwe ry’umupila w’amaguru mu Burundi FFB ryaraye rishize ahabona ibisabwa imigwi.
Next articleNew Video : Alvin Smith Ft Da rest – Gutwika