Home NEWS Imyidogo ya Esther Nish kubarongoye Bukiv Lab

Imyidogo ya Esther Nish kubarongoye Bukiv Lab

233
0
Umuririmvyikazi Esther Nish ahejeje kwerekana ukwidogera abasaze ba murongoye muri Bukiv Lab mu kwerekana ko abasazwe barongoye abaririmvyi ni bo batuma badashika kwiterambere bashaka, Esther Nish akaba yavuze ko babura gushika kure bivanye n’ubuyobozi baba bizeye gushira imbere babayobore ahubwo baka bayovya kuko abo bayobozi nabo usanga bariko baratambagoroka muri ya mayira abiri yananiniye imfyisi. Ivyo Esther Nish akaba ya vyanditse kurubugwa gwiwe gwa instagram kuruyu wa gatandatu 17 Kigarama 2022.
Esther Nish yanditse ati : Rimwe narimwe turabura inzira dufata kugira duter imbere bivuye kubayobozi tuba twarizeye tugashir imbere ngo batuyobore ahubwo bakatuyovya kuk nabo batambagiye muri yamayira abiri yananira imfyisi My Generation Tugabe kandi twambare inkomezi twige nokwigwanako mubintu vyose kuko ni jewe nawewe iterambere ririndiriye Be strong 2023.
Tukwibutse ku umuririmvyikazi Esther Nish asazwe ari muri Bukiv Lab akaba amezemwo imyaka irenga ibiri akaba mbere aheruka gusohora EP LUMINARY Ep. Ufatiyo kurayo majambo yanditse biragoye kwemeza ko yoba yavanye na Bukiv Lab.
46460cookie-checkImyidogo ya Esther Nish kubarongoye Bukiv Lab
Previous articleHappy Birthday Pammy Queen
Next articleANSS ihimbaza Imyaka 30 y’ubutwari mu kurwanya Sid

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here