Home NEWS Happy Birthday Pammy Queen

Happy Birthday Pammy Queen

195
0
Kuri uno musi wa gatandatu  igenekerezo rya 17 Kigarama, Umuririmvyikazi Pammy Queen ari muvyishimo vyishi ahimbaza umusi mukuru w’amavuko yiwe kuruyu musi. Tukwibutse ko uyo muririmvyikazi Pammy Queen aherutse gushira ahabona indirimbo ”Teri intambwe ikaba imaze amazi atandatu ayisohoye ikaba imaze kurabwa n’abantu barenga 1.000 vues.
zabuja.com tura kwipfurije kubandanya uroranirwa n’uguterimbere mubikorwa vyawe Happy Birthday Pammy Queen
46410cookie-checkHappy Birthday Pammy Queen
Previous articleNatacha kuncuro ya mbere ateramisha abanya kigoma
Next articleImyidogo ya Esther Nish kubarongoye Bukiv Lab

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here