Natacha kuncuro ya mbere ateramisha abanya kigoma

Natacha kuncuro ya mbere ateramisha abanya kigoma

16 décembre 2022 0 Par H. Mervis

Umuririmvyikazi Natacha Burundi kuncuro yiwe yambere azoteranisha abanya kigoma aho ni mu gihugu ca tanzania kuruyu wagatandatu igenekerezo rya 17 Kigarama 2022, Natacha abicishije kurubuga gwiwe instagram ya savye abanyakigoma n’abanya makamba bose kuzokwitabira ico giteramo citwa VUNJABEI NIGHT kizobera muri Kidyama Beach.

Tukwibutse ko ni abaririmvyi bake cane bo mu gihugu c’uburundi bamaze kuja gukora igiteramo mugisagara

Facebook Comments Box
46310cookie-checkNatacha kuncuro ya mbere ateramisha abanya kigoma