Master cardy igiye gukora mu Burundi
16 décembre 2022Kuruyu wa kane igenekerezo rya 15 Kigarama 2022 mugisagara ca Washington hasinywe amasezerano yo gufashanya hagati y’abaserukira ikigo ca Master card n’igihugu c’Uburndi mu bijanye n’ugukoresha ubuhinga bugezweho bwa none transformation digitale.
Bikaba vyabaye bihagarikiwe n’umukuru w’Igihugu c;Uburundi Evariste Ndayishimiye. Tubibutse ko MasterCard ari ikigo c’inzobere kw’isi mu gutanga ubuhinga bwo kuriha canke ku retira paiements/retraits amafaranga biciye Ku buhinga bwa none. Abarundi n’aburndikazi bagiye kuroka akarusho.



Facebook Comments Box
462300cookie-checkMaster cardy igiye gukora mu Burundi