Be Mine ya Wiz Desinger ft Double Jay Irikuri Boomplay Kuva uy’umusi

Be Mine ya Wiz Desinger ft Double Jay Irikuri Boomplay Kuva uy’umusi

16 décembre 2022 Non Par H. Mervis

Mugiheye abakunzi b’umuririmvyi Wiz Desinger bari barindiranye inyota indirmbo ‘Be  Mine’, indirmbo ya mbere akoranye n’umuririmvyi aturuka mumugwi Bilimani boy ariwe Double Jay, kuruyu wagatanu igenekerezo rya 16 Kigarama 2022 Wiz Desinger yashimye kuyishira kumugaro ariko bikaba bitoroshe kuko udakoresha urubuga gwa BoomPlay ntibikunda ko uyumviriza,.

Wiz Desinger akaya avuga ko yashimye kuba ara ishira kuri Boomply muntubero yuko ugwo rubuga gwiwe rutere imbere, ariko beshi babona ko ariko arabicisha inyota kandi babona uko bosoma.

https://www.boomplay.com/share/music/111199345?srModel=COPYLINK&srList=IOS

 

 

Facebook Comments Box
46070cookie-checkBe Mine ya Wiz Desinger ft Double Jay Irikuri Boomplay Kuva uy’umusi