Bantu Bwoy yabuze Salle yo gukoreramo Saminaire

Bantu Bwoy yabuze Salle yo gukoreramo Saminaire

16 décembre 2022 0 Par H. Mervis

Mwitangazo ryasohowe n’uburungonzi bwishirahamwe Bantu Bwoy Entertainment babicishije kuri page facebook yabo  kuruyu wa gatanu ingenekerezo rya 16 Kitugutu, ryerekanye neza ko Seminaire yari gutangura uyumusi itakibaye kunvo y’ubuhinga bwikibanza butabavuyeko.

Ukutaba kwa saminaire nticatumye ko Journée Portes Ouvertes yoyo ibandanya aho imyango yari yuguruye kuva 10h00 zagatondo.

Facebook Comments Box
46150cookie-checkBantu Bwoy yabuze Salle yo gukoreramo Saminaire