Home NEWS INKURU ISHUSHE : Umunonotsi Bukuru Léonce abandanya gukora amateka muma kungu

INKURU ISHUSHE : Umunonotsi Bukuru Léonce abandanya gukora amateka muma kungu

210
0
Kuruyu wagatatu igenekerezo rya 9 Ndamukiza 2022 umunonotsi Léonce BUKURU yongeye gutangaza abataliyano namakunhu mukubatsinda kuri kubirometoro c’umi mugusiganwa.
Ni ihiganwa ryabereye muri île yitwa lamezia terme stade Castelo, Nkuko vyabaye ubushize agatsinda abarenga 360 kuri kubirometero c’umu (10Km) nubu niko yabikoze aho yabasize bakabura najo yaviye, tukwibutse ko iryo higanwa ryari ryitabiriwe n’abanonotsi 30 barushije abandi mumahiganwa yabaye atanduknye.
Umunonotsi Bukuru Léonce akaba yarashimye kubona yabaye uwambere mukusiga abandi umwana munini yana navuze ko hari umuyaga mwinshi w’agatangaza ariko bitatumye areka gutahukana itsinzi.
Bukuru Léonce murikigihe niwe munonotsi ariko aravugwa cne kubimenyesha makuru vyo mumakungu nk’umurundi aguma aduza ibendera ry’uburundi.
zabuj
23050cookie-checkINKURU ISHUSHE : Umunonotsi Bukuru Léonce abandanya gukora amateka muma kungu
Previous articleINKURU ISHUSHE : Umukuru w’igisagara ca Bujumbura yagabiwe inyana y’ishashi
Next articleVIDEO NSHASHA : ZABUJA TV | Kumbe Star Chidi anatumika kazi ya umotari (Bodaboda)Atowa ushauri kwa wasanii wenzake kuchapa kazi | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here