Home NEWS Aragacha Mafuriko | Nzanye Impinduka Nini Mumuziki Womu Rumonge

Aragacha Mafuriko | Nzanye Impinduka Nini Mumuziki Womu Rumonge

242
0

Umuririmvyi Tumaini NDENZAKO azwi kwizina rya Aragacha Mafuri avuka muntara ya rumonge ubu abarizwa mugisagara ca Cape Town mugihugu ca afrika yefo kuva mumwaka 2014 yayuze imbinduka agiye kuzana mumuziki yo muntara yiwe yamavuko Rumonge nkuko ya bivuze kuri Radio Izere fm mukiganiro Rumonge Fleva kiremeshwa n’abamenyesha makuri babiri Sule S Ndimu na Sorine Dusabe.

Aragacha yavuzeko indotoziwe nuko yobona umuziki wo murumonge ushika kure ukumvirizwa n’abantu beshi batandukanye ndetse muri afrika yose aho nimugihe yari yishue igituma indirimbo ziwe ariko arasohora ubu hatagaragaramwo amajambo meshi y’ikirundi kandi ari umurundi, harimwo igiswahili n’indimi zomugihugu ca afrika yefo, indirimbo aheruka gusohora  yise UKO POA iri mumugiho womugihugu cha afrika yefo ifise namasanamu yakoranye n’umwigeme Miss Machain.

Aragacha Mafuriko

Tubibutse ko Aragacha Mafuriko amaze gusohora indirimbo 5 gusa ariko akaba yemenyesheje ko arimumyiteguro yo gusohora urukwirikirabe gw’indirimbo Album kuko gushika ubu afise indirimbo zirenga 20 muri studio, Aragacha akaba yemeje ko  murumonge abaririmvyi baho bafise impano yo kurirmba ariko urugendo nirurerure ntibacike intege.

Aragacha yasavye abaririmvyi gucudika hamwe no gufashanya, kubakunzi bumuziki ya basavye guter intege abaririmvyi ndundi ati : ” Niba sapoti abaririmvyi bo muhira, ikibabaje abanyarumonge bakwirikirana abaririmvyi bo bomuzindi ntara  gosi, nibaze bakunde ibintu vyomuhira kuko udakunze ivyo muhira iwanyu ntawundi azobikunda”.

Aragacha Mafuriko na Miss Machain

Ngiyi inyishu ya MB Data inyuma yogukorana indirimbo na Olga hamwe na Noria

15060cookie-checkAragacha Mafuriko | Nzanye Impinduka Nini Mumuziki Womu Rumonge
Previous articleVIDEO LYRICS | Tigger Brizz ft Yuro Adela – Sintaha | Download
Next articleIntambara ya barororezi Vues Iradute Hagati Y’imbrimbo “Hahiye” n’Indirimbo “Boss”

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here