Nimugihe beshi batanguye kwibaza niyihe ndirimbo iriko ikundwa cane nabakunzi bumuziki ndundi hagati y’indirimbo Hahiye indirimbo y’umuririmvyi Alvin Smith arikumwe na Double Jay imaze imusi umwe igiye kumugaragaro kuko hari ejo kuwa gatatu itariki 27 Gitugutu 2021 ikaba imaze kurabwa nabantu  barenga 46.000 kuri chanel ya youtube.

Nayo indirimbo Boss y’umuririmvyi Olegue nayo imaze kurabwa n’abantu barenga 44.000 kuri chanel ya youtube nayo nene yasohotse ejo kuwa gatangatu itariki 27 Gitugutu 2021. Kimwe nuko biriko biraboneka ko izondirimbo zakiriweneza ugerera nije uko ziriko zira bangabanwa kubarrorerezi.

Facebook Comments Box
15090cookie-checkIntambara ya barororezi Vues Iradute Hagati Y’imbrimbo « Hahiye » n’Indirimbo « Boss »

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *