Nsomya Challegne Igeze Mugice Cakabiri Gishira Icanyuma

Nsomya Challegne Igeze Mugice Cakabiri Gishira Icanyuma

10 novembre 2021 0 Par H. Mervis

Nsomya Challegne ihiganwa bigaragara ko igiye kuzamura no kwerekana impano z’imigwi itandukanye murio Buja Fleva, ihiganwo ryateguwe na Master Mziki rikaba rigeze kugice cakabiri gishira icanyuma aho imigwi 20 yashoboye gushika muri demi finale ya Nsomya Challenge.

iyomigwi yarose amahigwe mugutorwa hisunzwe 70% ya réseaux sociaux (Vues, Commentaires et partages) na 30% ya jury, umugwi uzoba wambere uzoronswa 500k, uwakabiri 300k, uwagatatu 200k ubwo nibwo bushimwe uzohabwa.

Facebook Comments Box
15150cookie-checkNsomya Challegne Igeze Mugice Cakabiri Gishira Icanyuma