Home ENTERTAINMENT Amaso yose arushiriza kurangamiz’igihangange Kanye West

Amaso yose arushiriza kurangamiz’igihangange Kanye West

475
0

Inyuma yo guca mu bibazo vy’urugo n’ubutunzi vyatumy’atandukana n’umutambukanyi wiwe Kim Kardashian ndetse akanahomba za miriyaridi z’amadorari mu gutakaz’amasoko yarafise, igihangange mu muziki Kanye West yadukanye inyambaro nshasha yisangije aho isi yose iguma imihanz’amaso uko bukeye n’uko bwije kuko uko agaragaye yamabaye uyumusi atariko agaragara bukeye.

Uyu muririmvyi wo muri reta zunz’ubumwe za Amerika agaragara nk’uwudafis’ahahuriye n’isi yose muvy’inyambaro ndetse benshi bakibaza ikibimutera bakakibura. Bamwe bati ashobora kuba afise ihungabana mu vy’ubwenge abandi bati n’ubwigenge n’ukwitandukanya n’abandi bose basigaye.

Kanye West n’umwe mu baririmvyi bafise amafaranga menshi ku mubumbe.

Raba niyi Video ya Gospel Music ya Sasa Sandra – UBUNTU

61240cookie-checkAmaso yose arushiriza kurangamiz’igihangange Kanye West
Previous articleGOSPEL NSHASHA | Sasa Sandra – Ubuntu | DOWNLOAD
Next articleShakira mu munyenga w’urukundo ubugirakandi