Home ENTERTAINMENT Shakira mu munyenga w’urukundo ubugirakandi

Shakira mu munyenga w’urukundo ubugirakandi

202
0

Inyuma yo kugaragara mu gisagara ca Barcelona mu gihugu ca Espagne mu mpera z’indwi twaraye turangije, igihangange mu muziki Shakira yaragiranye ibihe vyiza n’igihangange Lewis Hamilton ivyatumye abatari bake bemeza ko boba bari mu munyenga w’urukundo.

Shakira agaragaye arikumwe n’umukunzi mushasha i Barcelona inyuma y’umwaka atandukanye n’umugabo wiwe Gererd Piqué yahoze akinira umugwi wa FC Barcelona; batandukanye neza na neza kw’igenekerezo rya 4 Ruheshi 2022.

61310cookie-checkShakira mu munyenga w’urukundo ubugirakandi
Previous articleAmaso yose arushiriza kurangamiz’igihangange Kanye West
Next articleUmuririvyi safi Madiba agiye kugaragara muri mw’ireresi igiye kuja ahabona vuba”Mary J. Blige’s Real Love “