Home ENTERTAINMENT Umuririvyi safi Madiba agiye kugaragara muri mw’ireresi igiye kuja ahabona vuba”Mary J....

Umuririvyi safi Madiba agiye kugaragara muri mw’ireresi igiye kuja ahabona vuba”Mary J. Blige’s Real Love “

175
0

Mu gace gato kari muriyo reresi igaruka ku buzima bwa Mary J. Bridge, Safi Madiba agaragara yicaye mw’ishuri ririmwo Ajiona Alexus ukina yitwa Kendra akaba ari we akina mu isura ya Mary J. Bridge nayo Da’Vinchi yitwa Ben, umusore akundana na kendra.

Iyo reresi imara isaha n’igice igaruka ku rukundo rwo mu buto bw’icamamare mu muziki w’Isi Mary J Blige, aho Kendra biboneka Ko ari kureshwa na Ben mw’ishure ririmo na Safi Madiba.

Amafaranga yakoreshejwe muriyo reresi yatanzwe na Mary J. Brige, itunganywa na John Davis afatanije na Jordan Davis abo bakaba rurangiranwa mu gutunganya amareresi kw’isi.

Uretse Safi Madiba, iyi filime igaragaramo abandi bakinnyi rurangiranwa nka Garfield Wilson, Shiraine Haas n’abandi batandukanye.

Safi Madiba yimukiye muri Canada mu 2020, ni ubwa mbere agiye kugaragara muri mw’ireresi inyuma y’igihe amaze ari umuririmvyi azwi cane mu muziki w’u Rwanda.

61520cookie-checkUmuririvyi safi Madiba agiye kugaragara muri mw’ireresi igiye kuja ahabona vuba”Mary J. Blige’s Real Love “
Previous articleShakira mu munyenga w’urukundo ubugirakandi
Next articleUbutumwa bwa Landry Promoter kuri Brarudi na Primusic