Home ENTERTAINMENT Ubutumwa bwa Landry Promoter kuri Brarudi na Primusic

Ubutumwa bwa Landry Promoter kuri Brarudi na Primusic

184
0

Umwe mu bamenyesha makuru bakomeye kumbuga ngurukana Bumenyi Landry Promoter yashimye gushikiriza umubabaro wiwe kuri Brarudi yatunganye Primusic aho batamuhaye akazi kokumengekanisha iryo higanwa ryarayeritangiye icese kuryu wa gatatu igenekerezo ryi 7 Ryheshi mu ntara ya Kayanza.

Landry Promoter avugako bibabaje kubona umumenyesha makuru nkawe yamira kuma terrain kugira ashikane amakuru kure ati ivyo vyarigutuma ashikana kure ibikogwa vya Primus kure, akaba ayerekanye neza ko Brarudi yaribagiye cane ibimenyesha makuru aho boba barahaye akazi abatabishoboye bikazotuma batazo shikana kure ivyobikogwa ngo kuko baravye kamwene mama mugutanga akazi, ivyo akaba yavyanditse kuri page yiwe.

Landry ati : Ubutumwa kuri #Brarudi murikino gihe murekeneye INGWANYI nkanje Ikorera kuri TERRAIN ishikana IBIKOGWA vya Primus Burundi Kure kuko ikijanye na Média Mwaragifyinyeko Cane Nimuhe AMAHIGWE abana bigihugu Tubereke ico Tumariye Igihugu mubijanye Nimbuga MUREKE guha akazi Abo muzinanye kandi ataco bashoboye birire inoti yagusa… Numéro yanje ni 69501648 WhatsApp nayone nivyonyene nimwabona KO NKENEWE mundondere kwiyi Numéro MURAKOZE.”

Landry Promoter n’umwe yashimye kuvuga ariko biragaragara ko bavyumva nkawe, tukwibutse ko mu Burundi abamenyesha makuru bakorera kumbuga ngurukana bumenyi badakuzwe gushigwa imbere cane mu bikogwa vyo guteza imbere umuziki Ndundi.

61360cookie-checkUbutumwa bwa Landry Promoter kuri Brarudi na Primusic
Previous articleUmuririvyi safi Madiba agiye kugaragara muri mw’ireresi igiye kuja ahabona vuba”Mary J. Blige’s Real Love “
Next articleMbe umuririmvyi Rich Mavoko abarizwa he?