Home ENTERTAINMENT Francine Niyonsaba yakeje mugenziwe Caster Semanya

Francine Niyonsaba yakeje mugenziwe Caster Semanya

235
0

Mu butumwa yatangaje kuri Twitter, umunonotsi Francine Niyonsaba  yagize ati:

“Uburenganzira bw’abanonotsi butegerezwa kwubahirizwa. Ndagukeje mugenzi Caster Semanya kubona watsinze uru rubanza wari wungurije muri Sentare ya Bulaya ijejwe uburenganzira bwa muntu. Ivangura nta kibanza ritegerezwa kuronka mu nkino. Ubutumwa buratomoye.” 

Inyuma yaho atsindiye urubanza ruzotuma ashobora kundanya yitabira amahiganwa adafashe imiti igabanya imisemburo.

Inyuma yo kwunguruza urubanza .nkuko tubikesha Urubuga rwa BBC Gahuza miryango.

64800cookie-checkFrancine Niyonsaba yakeje mugenziwe Caster Semanya
Previous articleAbahagarikizi babiri b’inkino z’umupila bamuka m’Uburundi mu rutonde rwashizwe ahabona na CAF
Next articleUmukinyi Pau Torres ashika mu mugwi wa Aston Villa