Home ENTERTAINMENT Umukinyi Pau Torres ashika mu mugwi wa Aston Villa

Umukinyi Pau Torres ashika mu mugwi wa Aston Villa

148
0

Umukinyi yamuka mu gihugu ca Espagne Pau Torres asanzwe yanakuriye muri ico gihugu mu mugwi wa Villarreal naho yari yaratijwe mu mugwi wa Malaga yagurishijwe mu mugwi wa Aston Villa wo mu gihugu c’Ubwongereza.

Amakuru atangwa n’ikinyamakuru SkySports avuga ko Pau Torres yaguzwe imiliyoni 38.5 z’amanyabulaya.

64850cookie-checkUmukinyi Pau Torres ashika mu mugwi wa Aston Villa
Previous articleFrancine Niyonsaba yakeje mugenziwe Caster Semanya
Next articleSHIMA FM yatanguye guteramika abenegihugu