Home ENTERTAINMENT Abahagarikizi babiri b’inkino z’umupila bamuka m’Uburundi mu rutonde rwashizwe ahabona na CAF

Abahagarikizi babiri b’inkino z’umupila bamuka m’Uburundi mu rutonde rwashizwe ahabona na CAF

333
0

Kuva kuwa 12 gushika kuwa 17 Mukakaro 2023 harategekanijwe inyigisho Kubahagarikizi b’inkino z’umupila w’amaguru.Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru k’umugabane wa Afrika ryashize ahabona urutonde rw’abahagarikizi bitumwako babigize umwuga “Arbitres professionnels” bazokarihirizwa ubwenge.

Umuhagarikizi w’umurundi NDABIHAWENIMANA Pacifique , Jean Jacques Ndala Ngambo (RDC) , Samuel UWIKUNDA (Rwanda) bari muri urwo rutonde rw’abahagarikizi 21 bahembwa ku kwezi inyuma y’agashirukabute baronka bahagarikiye inkino mpuzamakungu. Uwundi murundi ni Jean Claude BIRUMUSHAHU ari murutonde rw’abigisha”Instructeurs”  bazotanga inyigisho.

64770cookie-checkAbahagarikizi babiri b’inkino z’umupila bamuka m’Uburundi mu rutonde rwashizwe ahabona na CAF
Previous articleKylian Mbappé Lottin na Samuel Mbappé Léppé hoba harico bapfana?
Next articleFrancine Niyonsaba yakeje mugenziwe Caster Semanya