Trending Now
NEWS
Rumonge : Msamalia Danielo yoba atarikwo avyorosha muri iyi minsi.
Abicishije kurubuga rwiwe rwa facebook akaba yasize ahabona isanamu isa naho yoba yariko aremesha igiteramo akurikiza amajambo agira ati"Aha mwomenya nariko ndirimba iyihe ndirimbo?"
Kubwanyu...
AUDIO
VIDEOS
VIDEO NSHANSHA | MB Data – Malokwe | DOWNLOAD
Umuririmvyi Mb Data yagarutse kuyindicuro aho ya sohoye amasanamu video y’indirimbo yiwe nshasha yitwa ‘Malokwe.
Urashobora kugira play ukayiraba ngaha.
https://www.youtube.com/watch?v=BuF2g4HY8z4
VIDEO NSHASHA | Natacha – LAMGAMBO | DOWNLOAD
Umuririmvyikazi Natacha Burundi yagarutse akuzanira indirimbo nshasha yitwa « LAMGAMBO » ifise amasanamu meza cane.
Urashobora gufyonda play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire ...
Most Popular
Popular News
NEWS
Natasha azohiganwa muri Hiskool Award
Umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka yatowe kuzohiganwa n'abaririmvyi bibihangange mu karere mwihinganwa ryitiriwe HISKOOL2023 AWARD mugihugu c'ubuganda.
Uyo muririmvyikazi akaba ariwe murundi wenyene yashoboye gutorwa kuba muri...
AUDIO
VIDEOS
VIDEO MPYA : Lolilo amekuletaa hii “Zero” Itazama hapa
Msanii ngulu wamziki wa Buja Fleva Lolilo Simba atimaye ame achiya video ya wimbo wake mpya ume bebajina ZERO ambao ameimba katika luha ya...
New Video : Om-B Adam – Dawa
Umuririmvyi Om-B Adam yagaragaye mu ndirimbo nshasha yitwa « DAWA» Indirimbo ikaba ifise amasanamu meza cane.
Urashobora gufyonda play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri...
Audios
NEWS
Menya Media yaraye itanguje inyigisho zijanye noguhagarikira ibikogwa bijanye nutugenegene (...
Ishirahamwe Menya Media kuruyu wambere igenekerezo rya 06 Nyakanga 2021 kuri hotele Best Outlook yaraye itanguje inyigisho zijanye noguhagarikira ibikogwa bijanye nutugenegene ( Artistique...
AUDIO
VIDEOS
VIDEO SHASHA | Bel Chris ft Akes Don – Melina |...
Umurirmvyi Bel Chris arikumwe n'umuririmvyi Akes Don bashize kumugaragaro indirimbo yabo shasha ifise namasanamu yitwa MELINA, nimugihe Akes Don atariko aragaragara mumuziki ndundi aho...
DUTWENGE : Raba Ingene Abavuvyi Bahohora Bagwa Mumazi Kubera Umukeke (Video...
Nimugihe Beshi batazi ingorane zishikra abavuvyi iyo bariko bararoba amafi, kuvyukuri barahura nibibazo cane cane bakunda kugwa mumazi iyo bariko bara yakwenga, irabire ayamasanamu...