Home ENTERTAINMENT Ibihugu birikumwe n’Uburundi mu kurondera itike yo mu gikombe c’isi 2026 vyamenyekanye

Ibihugu birikumwe n’Uburundi mu kurondera itike yo mu gikombe c’isi 2026 vyamenyekanye

269
0

Itombora ryo kurondera itike yo kuja mu gikombe c’isi ca 2026 ryarangiye kur’uyu wa kane.

Umugwi nserukiragohugu w’Uburundi Intamba mu Rugamba wisanze mw’itsinda rya F . Iryo tsinda ririmwo ibihugu vya Côte d’Ivoire, Gabon, Kenya, Gambia, Uburundi na Seyshelles

Abatari bake rero bakunda umugwi w’intamba mu Rugamba bagaragaje icizere ko bishoboka ko Uburundi bwitabira inkino z’igikombe c’isi ku ncuro yabwo ya mbere mu mwaka wa 2026.

64930cookie-checkIbihugu birikumwe n’Uburundi mu kurondera itike yo mu gikombe c’isi 2026 vyamenyekanye
Previous articleSHIMA FM yatanguye guteramika abenegihugu
Next articleKicheche mu gisagara ca  Rumonge