INKURU ISHUSHE : Gutwenga Ngo Birongereza Imisi Yokubaho?

INKURU ISHUSHE : Gutwenga Ngo Birongereza Imisi Yokubaho?

20 janvier 2022 0 Par KAMIKAZI

Mucigwa cakozwe muri 2013 kubandi 53.000 bari bitavye icogikogwa cogutwenga, icigwa cari kibereye sna  aho ibice 20% vyabitavye vyerekanye ko umuntu atwenga cane yongera ahafi umwka wokubaho. Ubundi bushakashatsi nabwo bwerekenye ko umuntu akunda gutwenga ntakunda kugwaragurika.

Mukunzi wacu wama udukwirikirana tukwifurize amagarameza cane tugusaba kuraba ino video utwenge wiyongerere imisi yokubaho kandi ugabanye stress ufise, ntiwibagire nokugira subscribe kuri chanel ya BUJA NO STRESS TV ni chanel yahanyene mugihugu cacu.

Facebook Comments Box
18620cookie-checkINKURU ISHUSHE : Gutwenga Ngo Birongereza Imisi Yokubaho?