Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Ndimumaganya Meshi Kubona Ntariko ndakuresha Telephone – Uncle B...

INKURU ISHUSHE : Ndimumaganya Meshi Kubona Ntariko ndakuresha Telephone – Uncle B Mwami

153
0

Namye nitwararika cane kuba hafi y’abakunzi banje cane cane mukwakira imbanuro zabo n’ivyifuzo bitandukanye ayo namajambo y’umuririmvyi Uncle B Mwami Classi wo muntara ya Rumonge Hit kundirimboNanje nd’umuntu“. Biragoye cane kumuririmvyi gukwirikiranira hafi indirimbo canke ibikogwa uko biriko biratera imbere mugihe ata telephone afise, ivyo nivyo biriko birashikira  murikihihe Umuririmvyi Uncle B Mwami Classic. Ifoto ya Uncle B Mwami Classic Mukiganiro Uncle B yakoranye na zabuja.com, yaratubwiye igituma atariko arakoresha telephona murikigihe aho yavuzeko haraheze ukwezi telephone smartphone yiwe yahuye nisanganya gyokononekara ntaco atakoze kugira ikore ariko vyabaye infagusa, akabandetse yatumenyesheje ko kuriwe ari agahombo kanini cene cane kubikogwa vyiwe birikumbuga ziwe zitandukanye, tumubajije imigambi yokurondra  iyindi telephone, uncle B mwami classic yavuzeko yizera ko ukwezi kwa Ruhuma kutazohera ataragura iyindi naho umwana atarimoto ngo nuko yifuza kugura telephone iri kugwego runini kandi yagaciro.

https://www.youtube.com/watch?v=BCgWen9HPDE&t=13s

18670cookie-checkINKURU ISHUSHE : Ndimumaganya Meshi Kubona Ntariko ndakuresha Telephone – Uncle B Mwami
Previous articleVIDEO NSHASHA | Alphonse African Boy ft Mb Data – Bujumbura Oyee | Download
Next articleINKURU ISHUSHE : Gutwenga Ngo Birongereza Imisi Yokubaho?

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here