Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Rachly Nish Yifuriza Isabukuru gy’amavuko Claude Adirondacks

INKURU ISHUSHE : Rachly Nish Yifuriza Isabukuru gy’amavuko Claude Adirondacks

185
0

“Shimirimana cane kukongera uyundimwaka ndagukunda cane musaza wanje, Imana ikundindira isabukuri gy’amavuka ryiza”  ayo namajambo yokwifuriza isabukuri gy’iza Claude Adirondacks musazawe Umuririmvyikazi Rachly Ninsh yakaragaye kuri statut ya whatsapp yiwe aho hari kuruyu wa gatatu ingenekerwzo rya 19 Nzero 2022.

Claude Adirondacks akaba yavuse itariki nkiyejo 19 Nzero ihimbazwa yisabukuru yamavuko vyabereye muri quartier Mirango.

Amafofo ya anniversaire

RachlyNish &  Mama Rachly & Claude Adirondacks

18820cookie-checkINKURU ISHUSHE : Rachly Nish Yifuriza Isabukuru gy’amavuko Claude Adirondacks
Previous articleINKURU ISHUSHE : Gutwenga Ngo Birongereza Imisi Yokubaho?
Next articleVIDEO NSHASHA | Msamaria Danielo – My Only One | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here