Home ENTERTAINMENT Rumonge : Ubudasa bwa G Star Music niyindi Migwi mu Burundi

Rumonge : Ubudasa bwa G Star Music niyindi Migwi mu Burundi

237
0

Abaririmvyi Silver Boy na Oblack Og basanze bari mu mugwi G Star Music umaze imyaka itano utanguye ibikogwa vy’umuziki mu ntara ya Rumonge , barashima kubona bagisenyera kumugozi umwe naho bishika ivyuyumviro bidahura ugereranije niyindi migwi mu Burundi hari ubudasa bunini.

Mukiganiro G Star Music bakoranye na zabuja.com, batubwiye ko imigwi myishi yo mu gihugu c’uburundi ntiramba kubera abakobwa babacanishamwo ariko bobo barumvikana cane mbere baririmba n’abakobwa bati bobo ntibigera bahuiria kumukobwa umwe baravyirinda cane.

G Star Music bakaba barana tubwiye indotozabo aho bifuza gushika kure cane muku menyekana mu Burundi no mumakungu hose.

Amezi atanu  yakaba yaheze basohoye indirimbo Lo Lo bakoranye n’umuririmvyi yarose agashimwe kuwambere muri izere award 2022 Ebadas Dhozen ikaba imaze kumvirizwa n’abandu barenga 1500 kuri youtub.

Raba niyi video : D ONE AREMEJE KO AGIYE KUBA MU NTARA YA RUMONGE

44820cookie-checkRumonge : Ubudasa bwa G Star Music niyindi Migwi mu Burundi
Previous articleVIDEO NSHASHA | Sat- B – Mon Amour | Download
Next articleDRC: Kifo Jumamosi hii cha msanii wa muziki Tshala Muana

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here