Menya Media yaraye itanguje inyigisho zijanye noguhagarikira ibikogwa bijanye nutugenegene ( Artistique )

Menya Media yaraye itanguje inyigisho zijanye noguhagarikira ibikogwa bijanye nutugenegene ( Artistique )

7 septembre 2021 0 Par H. Mervis

Ishirahamwe Menya Media kuruyu wambere igenekerezo rya 06 Nyakanga 2021 kuri hotele Best Outlook yaraye itanguje inyigisho zijanye noguhagarikira ibikogwa bijanye nutugenegene ( Artistique ) vyatenguwe mumugambi wa Projet Européen d’Appui au Secteur de la Culture au Burundi Pasacc-Bu.

Izonyigisho zikazomara indwi imwe ibizokwigwa ni abanyatugenegene ( Artistes) , abasazwe bahagaraririye abanyatugenegene (administrateurs ), gestionnaires ou responsables des structures culturelles opérant dans le domaine du spectacle bizokwigishwa numuginga Luc Mayitoukou , ndetse hazoba ninyigisho kuri Agent d’artistes et formateur en Management Culturel, Gestion de carrières, Droit d’auteur, contrats de la musique, montage de tournée nibindi. Ivyo vyigwa bikazo zangira kuruyo wagatano igenekerezo rya 10 Nyakanga 2021.

Chasaa Burundi
AFRICALIA
Union Européenne au Burundi
Masterland
Tubiyage
Coprodac
IngoMagazine
JimbereMagazine
Adisco
BantuBwoy Entertainment
Page Officiel de L’Amicale des Musiciens Du Burundi -AMB
Facebook Comments Box
10960cookie-checkMenya Media yaraye itanguje inyigisho zijanye noguhagarikira ibikogwa bijanye nutugenegene ( Artistique )