Esther Nish kucuro Yiwe Yambere Ahonyoza Ikirenge Mugisagara Ca Kinshasa

Esther Nish kucuro Yiwe Yambere Ahonyoza Ikirenge Mugisagara Ca Kinshasa

5 octobre 2021 0 Par KAMIKAZI

Umuririmvyikazi Esther Nish azofata urugendo kuruyu wambere kumudoroba igenekerezo rya 11 Gitugutu 2021  azoba agana mugihugu kibanyi ca Congo mugisagara ca Kinshasa muntumbero yo guserukira igihugu cize cama vuka Ubuurundi muri festival aho azohura nabandi baririmvyi batantukanye bomurico gihugu, iyo Festival izotangura kwigenekerezo rya 06 gushika 09 ukukwezi nyene 2021.

Ishirahamwe rikora urudadazwa w’utuzu twasugumwe ngendanwa ( Toilette portable ) ritwa Great at Vision niryorya mufasije Esther Nish kurondera amafaranga nibindi vyankenegwa kugira ashike mugisagara ca Kinshasa naryo ishirahamwe Nita Traval Agence niryo ryatanze uburyo bwitecket y’indege.

https://www.youtube.com/watch?v=5Z3c6Grtm_E&t=14s

Facebook Comments Box
13120cookie-checkEsther Nish kucuro Yiwe Yambere Ahonyoza Ikirenge Mugisagara Ca Kinshasa