Umuririmvyikazi Natacha Burundi yagarutse akuzanira indirimbo nshasha yitwa « LAMGAMBO » ifise amasanamu meza cane.
Urashobora gufyonda play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo wamwandikiye.
Download | Natacha - LAMGAMBO ( Audio Mp3 ) (91 downloads)624730cookie-checkVIDEO NSHASHA | Natacha – LAMGAMBO | DOWNLOAD