Home VIDEOS VIDEO NSHASHA | Eazyo Muzic ft. Masterland – Happiness | DOWNLOAD

VIDEO NSHASHA | Eazyo Muzic ft. Masterland – Happiness | DOWNLOAD

367
0

Umuririmvyi  wo mugu c’Uurundi  Masterland yagaragaye mundirimbo y’umuririrmvyi Eazyo Muzic wo mugisagara  ca  Los Angeles  bakuzanira  indirimbo nshasha  yitwa « Happiness » ifise amasanamu meza cane.

Urashobora gufyonda  play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire  niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo wamwandikiye.

Download | Eazyo Muzic ft.Masterland - Happiness ( Audio Mp3) (87 downloads)
62410cookie-checkVIDEO NSHASHA | Eazyo Muzic ft. Masterland – Happiness | DOWNLOAD
Previous articleDar Salam : Roma, Stamina, kala Jeremiah na Nay wa Mitego nibo baririmvyi!
Next articleVIDEO NSHASHA | Natacha – LAMGAMBO | DOWNLOAD