Home ENTERTAINMENT Natacha mu gakino ubugira Kandi

Natacha mu gakino ubugira Kandi

283
0

Umuririmvyi w’umurindikazi Natacha La Boss yashize hanze indirimbo yiwe nshasha.

Lamgambo niryo zina ry’iyo ndirimbo ya Natacha isanzwe ifise n’amashusho.
Aha rero umuntu yokwibaza ati:” mbega ko CNC ikarira indirimbo za Natacha iyi yoyo irarusimba bivanye n’amajambo n’intambo n’inyambaro ziyigize?
Lamgambo n’ijambo ry”ururimi rw’igiswahili ritokworoha gutangir’insiguro mu gihe atari La Boss ubwiwe aryisiguriye.

62540cookie-checkNatacha mu gakino ubugira Kandi
Previous articleVIDEO NSHASHA | Natacha – LAMGAMBO | DOWNLOAD
Next articleKicheche mu Burundi