Home NEWS UMUPFAKAZI (The widow) ni film 3FAFILMS Bagiye gusira kumugaragaro

UMUPFAKAZI (The widow) ni film 3FAFILMS Bagiye gusira kumugaragaro

247
0
Abakinyi babarersi mu Burundi 3FAFILMS Bagiye gusohora ireresi UMUPFAKAZI (The widow) nkoko vyahgararagaye kumuga kurukana bumenyi zuyo mugwi bati :
 
Naho kubura urugo bibaho,haraho bishika bitarondewe..hari agahinda mukubura uwugufata ukuboko akujana heza yamara ukaronka uwuguta mumanga,ugacirwa urubanza n’isi yose udafise uruvugiro,ntutahurwe,ukabura uwukwizera kuko usa n”uwudakingiwe ugatungwa urutoke na buri wese,ukubahukwa na buri wese.
 
AMAHORO YIMANA ABANE NAWE.Inyuma ya film URUGENDO 3FAFILMS Turagarutse mirukurikirane rwa film twise UMUPFAKAZI (The widow) kubera iki iryo zina?ntangira Ubu butumwa ubambarize uwo mubanyi wawe ahabaye ko har UMUPFAKAZI.uti abayeho gute?afashwe gute?nizih ntambamyi ahura nazo mubuzima bwa misi yose? nubutumwa buvuye muri 3FAFILMS.uwutaragira subscribe kuri Channel yacu Abikoze kare vyoba vyiza nayo ni Fanny Lavine official.MWARAHEZAGIWE CANE MUGIRE AHO MUBA MWUBAHWE.
11770cookie-checkUMUPFAKAZI (The widow) ni film 3FAFILMS Bagiye gusira kumugaragaro
Previous articleAUDIO | Momo Melody – Legend |DOWNLOAD
Next articleVIDEO SHASHA | Prof Mirror ft lolilo Simba – Nganganiya | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here