Ado Josan Yamaze Gushika Mu Burundi Mugutegura Igiteramo Kizobere Mugisagara ca Ngozi

Ado Josan Yamaze Gushika Mu Burundi Mugutegura Igiteramo Kizobere Mugisagara ca Ngozi

18 juin 2022 0 Par KAMIKAZI

Umuririmvyi w’umurundi Ado Josan asazwe aba mu gihugu ca Finlande kuruyu wa gatanu igenekerewo rwa 17 Rusama 2022  niho yashika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE c’ IBujumbura, ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE, akaba yakiriwe n’abaririmvyi Double Jay na Kirikou Akaba

 

Ado Josan yaje gukora igiteramo kidasanzwe kizoba itariki 25/06/ 2022 kizobera kuri Hôtel Nobel mu gisagara ca Ngozi, ntazoba wenyene muguteramisha abanya Ngozi azoba arikumwe  n’abaririmvyi Double Jay na Kirikou bazoba barikumwe murico giteramo.

 

Ado Josan - zabuja.com

Facebook Comments Box
26212cookie-checkAdo Josan Yamaze Gushika Mu Burundi Mugutegura Igiteramo Kizobere Mugisagara ca Ngozi