Home ENTERTAINMENT INDONYI RECORD Igiye Guhindura Vyishi Harimwo noguhindura Izina Vuba

INDONYI RECORD Igiye Guhindura Vyishi Harimwo noguhindura Izina Vuba

248
0

Inzu ihinyanyira umuziki muburundi izwi kwizina INDONYI RECORD ngo vuba igiye guhindura uko yahora ikora noguhindura ibintu vyishi murivyo izohindura n’izina ive kuri INDONYI Record ihinduke yitwe  WEEZY NATION ivyo bikaba vyagaragajwe n’abamwe muburirimvyi basajwe bayitura iyo studio kumbuga zabo zitandukanye harimwo n’umuririmvyi ariko arakoraneza murikigihe zabuja.

 

Ariko ntibiragaragazwa imbampamvu iyo studio izohindura izina, ariko ibibazi nivyishi mubakunzi bibikogwa vyiyo studio ihora ikora mbeshi bakibaza koyoba yagurishijwe nyene kuyigura aca ashima guhindura izina, hoho ni kuki umuririmvyi Mt Number One ariwe ariko ara imenyekenisha cane? Yoba ariwe yayiguze?

Mt Number One

26170cookie-checkINDONYI RECORD Igiye Guhindura Vyishi Harimwo noguhindura Izina Vuba
Previous articleAUDIO | Baby Boy – Bad Girl | DOWNLOAD
Next articleAdo Josan Yamaze Gushika Mu Burundi Mugutegura Igiteramo Kizobere Mugisagara ca Ngozi

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here