Home ENTERTAINMENT Fabby Tozzy afitiye ubutumwa Natacha Burundi bwabanya Rumonge

Fabby Tozzy afitiye ubutumwa Natacha Burundi bwabanya Rumonge

260
0

Umwanditse w’indirimbo Ntanisoni ariwe Fabby Tozzy, umuririmvyi avuka muntara ya Rumonge yashimye kwerekana igisabo ciwe kuri Natacha Burundi abicishije kurubuga gwiwe, nkuko yavyanditse kuri page ya facebook yiwe kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 16 Munyonyo, Fabby Tozzy yasavye Natacha ko yotegura umwanya akamurondera bikicarana bakayaga aho amufititiye ubutumwa bwavuye kubanya Rumonge

Natacha Burundi Ndagusavye uze ndakubwire ivyo abanya Rumonge bantumye, amajambo ya Fabby Tozzy.

40680cookie-checkFabby Tozzy afitiye ubutumwa Natacha Burundi bwabanya Rumonge
Previous articleAUDIO | Sat-B – Mon Amour | DOWNLOAD
Next articleNay Chris est bientôt de retour Après une longue absence

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here