Olegue aronka amasezerano na SAD kubera urukundo akunda Abana

Olegue aronka amasezerano na SAD kubera urukundo akunda Abana

10 September 2021 0 By H. Mervis

Umuririmvyi Olegue abandanya yizegwa inyumayo gutahukana ikibanza ca 2 muri Tagata na Primustar, aho yahawe agashimwe k’imiliyoni 15 Ishirahamwe riharanira Agateka k’abana SAD ( Social Action for development) ryaraye rigiranye amasezerano yo gukorana hagati yabo na Baraka Olegue benshi bazi nka Olegue.

Mwibuke ko iryo shirahamwe bari basanzwe bamaze gukorana nkuko yavyivugiye uwusanzwe arongoye SAD Munyerere Magorwa Bienvenue, ngo bahisemwo uwo muririmvyi kuko bamaze kubona ko akunda Abana nabo bakamukunda mbere akaba yamenyesheje ko bizeye neza ko bakoranye na Olegue ngo azobafasha guharanira ako Gateka k’abana mu gihugu cose c’Uburundi.

Olegue akaba yarashimye nokumenyesha ko azotuma yemera gusarara ariko ngo Abe hafi y’abana.

 

Ngiyi inyishu ya MB Data inyuma yogukorana indirimbo na Olga hamwe na Noria

Facebook Comments Box
11240cookie-checkOlegue aronka amasezerano na SAD kubera urukundo akunda Abana