Yvan Muziki yagiriza Sony na Big Fizzo gushaka kumutwara ubuzima

Yvan Muziki yagiriza Sony na Big Fizzo gushaka kumutwara ubuzima

10 September 2021 0 By H. Mervis

Mu gice ca 2 c’ikiganiro  Yvan Muziki yagiranye na Yago TV Show yo mu gihugu c’Urwanda,  Yvan Muziki yagirije kumugaragaro umurirmvyi Big Fizzo na Sonny ko bahatswe kumwaka ubuzima.

Uwo muririmvyi akaba yavuze ko icogihe bariko basangira, kuko Big Fizzo yaravuye mu mahanga, ngo bahejeje gusangira, Sonny ngo yaciye amukubita intebe mu mutwe Yvan Muziki.

Yvan avuga ko icogihe nawe yigwanyeko nk’umugabo, ariko ngo vyahavuye bifata iyindi sura kuko uwo mugenzi wa Big Fizzo yaciye afatwa arafungwa, naho uwo mwanditsi w’umudodo yari yageraheje guhosha iyo ntambara.

Yvan Muziki yavuze ko Big Fizzo yari yamusavye kutabicira hasi inyuma yaho avugiye ko buca atangura kuvuga abamufukamye munda.

Nimugihe abo muri Bantu Bwoy ntacobabarashima kubivugako nimba arivyo canke. MwomenyaYvan Muziki  mubiganiro amaze amazegukora amaze kuvuga abantu batari bake barimwo nabaririmvyi n’abamenyeshamakuru.

Ngiyi inyishu ya MB Data inyuma yogukorana indirimbo na Olga hamwe na Noria

Facebook Comments Box
11210cookie-checkYvan Muziki yagiriza Sony na Big Fizzo gushaka kumutwara ubuzima