Umuririmvyi Mb Data avuze uko vyagenze kugira akorane indirimbo nabaririmvyikazi babrili olga na Noria
9 septembre 2021Mb Data nubwambere akoranye indirimbo nabararirimvyikazi babariri Olga na Noria ni mundirimbo Timbirako indirimbo imaze kubwa nabantu barenga 51.000 kuri chanel ya youtube gushikubu, Mb data mukiganiro yakoranye na Sule s Ndimu yavuze uko vyagenze kugira akorane indrimbo na Olgq na Noria ndetse avuga nuko vyagenze raba aha
Facebook Comments Box
111700cookie-checkUmuririmvyi Mb Data avuze uko vyagenze kugira akorane indirimbo nabaririmvyikazi babrili olga na Noria