Francine NIYONSABA abandanya akora amateka

Francine NIYONSABA abandanya akora amateka

9 septembre 2021 0 Par KAMIKAZI

Mu minota 14, amasegonda 28 n’ivy’ijana vy’isegonda 98, Umurundikazi #FRANCINE NIYONSABA abaye uwa mbere ku metero 5000 mu gice ca nyuma ca Wanda Diamond League ni amateka akomeye Kugihugu c’uburundi.

Fracine akaba yarose agashimwe kangana n’ibahasha y’amadorari 30 000 y’Amanyamerika yangana namafranga y’amarundi 60 097 800 ugerereniji n’igiciro c’ibanki nkuru ya Repuburika).

Umunonotsi Francine akaba yaciye aronka uburenganzira bwokuzokwitabira amahiganwa y’isi azobera muri Reta zunze ubumwe za Amerika muri Reta ya Oregon mu mwaka uza.

Facebook Comments Box
11140cookie-checkFrancine NIYONSABA abandanya akora amateka