Home ENTERTAINMENT Endo Mike Na Tracy Bungutse ikibondo

Endo Mike Na Tracy Bungutse ikibondo

256
0
Umuhinyanyuzi wa Bantu Bwoy Entertainment, Endo Mike n’umukenyezi wiwe Tracy Muremyi  bari mume nezo mwishi kubona bironkeye ikibondo kuruyu w’imana igenekerezo rya 15 Nzero 2023.
Umuhinyanyu Endo mike muriki gihe abarizwa mu gihugu ca Canada aho arikumwe n’umuryonko wiwe.
Abicishije kuri instagram yiwe Endo Mike yashimiye abantu bose babagumye hafi no kubasengera.
50130cookie-checkEndo Mike Na Tracy Bungutse ikibondo
Previous articleAUDIO | Ox- Son Excellence Evariste NDAYISHIMIYE | Download
Next articleVIDEO NSHASHA | Alvin Smith ft Juno Kizigenza – Akadaje | Download