Saturday, May 18, 2024

Amaso yose arushiriza kurangamiz’igihangange Kanye West

Inyuma yo guca mu bibazo vy'urugo n'ubutunzi vyatumy'atandukana n'umutambukanyi wiwe Kim Kardashian ndetse akanahomba za miriyaridi z'amadorari mu gutakaz'amasoko yarafise, igihangange mu muziki Kanye...

Tanzaniya: Diamond yahaye agashimwe k’imiliyoni 10 umunyegori Diarra.

Umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzanie muri Bongo fleva, yashize mungiro ivyo yemereye umunyegori w'umugwi nserukira gihugu ca tanzanie Yanga ,Djigui Diarra. Diamondplatnumz yatanze idolali...

Mumasaha make agiye gushir’ahabona indirimbo nshansha

Uyu n'umwe mubaririmvyi ba gospel agiye gusohora amasanamu y'Indirimbo"Ubuntu". Sasa sandra yaramaze ikiringo c'amezi ashika kuri atandatu atandirimbo n'imwe yo guhimbaz'Imana yaribwasubire gushira ahabona. Ati: Mfise...

Mu Rumonge umuziki ntiwitaweho bishemeye

Inzobere mu gutegura ibiteramo mu gisagara ca Rumonge Nshimumukoza Alexis benshi bita Fagason amenyesha ko umuziki wo mu Rumonge uhanzwe n'intambamyi zitari nke. Fagason avugako...

Film : Rumonge Matata Season 2

Igice ca Kabiri c'Ireresi ikunzwe cane mu gisagara ca Rumonge mwari mirindirany'igishika cagiye ahabona. Rumonge Matata n'ireresi iri mu rurimi rw'igiswahili ikinwa n'ivyamareresi mu gukin'amareresi...

Man Theo : Indirimbo ndiko ndakora sindota ndayirekura idafise amashisho

Uyo si uyundi ariko ni Man Theo, umuririmvyi wo mu ntara ya Rumonge asanzwe akorera umuziki wiwe muri komine ya Bugarama, mu gisagara ca...

Kampala : Ghetto kids n’umugwi w’abana Daouda Kavuma

Uyu n'umugwi w'abana b'abagande wabayeho kuva mu mwaka 2014 utangujwe n'uwitwa Daouda Kavuma. Aba bana yabegeranije abakura mu mabarabara yo mu makaritiye ya banyarucari mu...

Aigle Noir irahurira na Bumamuru muri Final uno musi mu gikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu

Nikuruyu wa gatatndatu igenekerezo rya 3 Ruhenshi 2023 mu ntara ya Muyinga ku kibuga Umuco aho imigwi ibiri Bumamuru na Aigle Noir irahurira iza...

Lava Lava ashobora kuva muri WCB

Umuririmvyi wa Bongo Flavor Lava Lava ngwarikw'akora abika muri ntibate udufaranga dukeduke kugira ngo bikinde yigobotore mu vyara vya Diamond Platnumz boss wa Lebel...

Izere Award 2023 – Umwaku n’umugisha

Mu gihe ihiganwa rya Izere Award rigiye kuba ku ncuro yaryo ya Gatanu, benshi bibaza kuri kazoza mu muziki k'ubihangange bimaze gutwara iryo higanwa...
Google search engine

Recent Posts