Home ENTERTAINMENT Man Theo : Indirimbo ndiko ndakora sindota ndayirekura idafise amashisho

Man Theo : Indirimbo ndiko ndakora sindota ndayirekura idafise amashisho

251
0

Uyo si uyundi ariko ni Man Theo, umuririmvyi wo mu ntara ya Rumonge asanzwe akorera umuziki wiwe muri komine ya Bugarama, mu gisagara ca Magara.

Man Theo ati :”Indirimbo ndiko ndakora sindota ndayirekura idafise amashisho”.

Asaba abakunzi b’umuziki mu ntara ya Rumonge kwicara biteguye ngo kuko vuba agiye kwatsa umuriro bizogorana ko bawuzimya!

Man Theo afise indirimbo zitari nke ku rubuga rwiwe rwa You Tube, aha twovuga nk’iyitwa So sweet.

 

60800cookie-checkMan Theo : Indirimbo ndiko ndakora sindota ndayirekura idafise amashisho
Previous articleKampala : Ghetto kids n’umugwi w’abana Daouda Kavuma
Next articleFilm : Rumonge Matata Season 2