Home ENTERTAINMENT Mumasaha make agiye gushir’ahabona indirimbo nshansha

Mumasaha make agiye gushir’ahabona indirimbo nshansha

83
0

Uyu n’umwe mubaririmvyi ba gospel agiye gusohora amasanamu y’Indirimbo”Ubuntu”.

Sasa sandra yaramaze ikiringo c’amezi ashika kuri atandatu atandirimbo n’imwe yo guhimbaz’Imana yaribwasubire gushira ahabona.

Ati: Mfise ibikorwa vyinshi uyu mwaka utararangira gutyo mubandanye Muhezagirwa mu Mana biciye mundirimbo.

uyo mwigeme w’umunyeshure akaba yamenyekanye cane kundirimbo “Ririmba”Imaze kurabwa n’abantu barenga 3900.

60980cookie-checkMumasaha make agiye gushir’ahabona indirimbo nshansha
Previous articleMu Rumonge umuziki ntiwitaweho bishemeye
Next articleTanzaniya: Diamond yahaye agashimwe k’imiliyoni 10 umunyegori Diarra.