Home ENTERTAINMENT Tanzaniya: Diamond yahaye agashimwe k’imiliyoni 10 umunyegori Diarra.

Tanzaniya: Diamond yahaye agashimwe k’imiliyoni 10 umunyegori Diarra.

208
0

Umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzanie muri Bongo fleva, yashize mungiro ivyo yemereye umunyegori w’umugwi nserukira gihugu ca tanzanie Yanga ,Djigui Diarra.

Diamondplatnumz yatanze idolali 4200 zingana n’imiliyoni 10 z’amashiringi y’amatanzaniya

N’inyuma yo kwiyemeza kuzotanga agashimwe murukino rwabereye mugihugu ça Algeriya, rwanyuma rukaba rwahuje mw’ijoro ryo kuruwu wagatandatu rishira uw’Imana, umugwi nserukira gihugu ca Algerie USM Alger na yanga ca tanzanie.

Uwo munyegori ya yazibiye umupira mumwanya wa penalti y’iminota 90 aheza atahukana agashimwe k’umukinyi yakinye neza mur’urwo rukino.

61020cookie-checkTanzaniya: Diamond yahaye agashimwe k’imiliyoni 10 umunyegori Diarra.
Previous articleMumasaha make agiye gushir’ahabona indirimbo nshansha
Next articleVIDEO NSHASHA | Trey Zo & Rappy Boy – Yewegaye | DOWNLOAD