Umwanya wanje uri kuma babi y’agahawa, Spice Diana ashigikira abarimyi b’igitegwa c’agahawa mugihugu ciwe
Umwanya wabaririmvyi beshi ntiba ushira muburumye keshi biyumvira ibindi, Spice Diane we yemeje neze ko ubu umwanya wiwe awutwaye mundimo kugira igitegwa c’agahawe gitere...
Inyumba Y’imyaka 5 Batandukanye, Umugwi P-Square igiye gukora igiteramo c’ambera
Umugwi P-Square ugizwe namahasa Peter Okoye na Paul Okoye inyuma yo kwiyunga kwisabukuru yabo batangaje ko bagiye gukora igiteramo bise ‘P-Square Reactivated’. Ico giteramo...
Ushobora gufasha umusore Venant NIYONKURU
Ugufashanya nico camye kiranga basokuru naba sokuruza, Venant NIYONKURU avuka muntara ya Kayanza , imyaka ibiri iramugukwira agize isanganya agozwe ni modokari, baciye bamutabariza...
Metou Brown ashira kumugaragaro EP yiwe Inyabutatu
Nukuruwu waka gatatu igenekerezo rya 24 Nyakanga 2021 niho Mmuririmvyi Metou Brown yashira kumugaragaro indirimbo zitatu ziri muri EP yiwe wise Inyabutatu.
Umurirmvyi Metou Brown...
Super Huff Yemereye abakunzi biwe indirimbo Shasha vuba
Umuririmvyi Cutiyabose Super Huff yakuriye inkoni kugishitse abantu bamaze imisi bibaze ko yahevyo kuririmba mukwemera ko vuba mumpera zuyu mwaka 2021 azo sohora indirimbo...
Made agiye gusohora indirimbo za gospel gusa
Nkirimuto nakunda kurirmba ndimurusengero kuko ndumukristo ivyo vyampaye ugukunda umwuga wokurirmbo, ariko nashimye indirimbo zisazwe mumudiho wa Hip hop kuko ndakunda cane hip hop,...
Nsomya Challegne Igeze Mugice Cakabiri Gishira Icanyuma
Nsomya Challegne ihiganwa bigaragara ko igiye kuzamura no kwerekana impano z'imigwi itandukanye murio Buja Fleva, ihiganwo ryateguwe na Master Mziki rikaba rigeze kugice cakabiri...
Intambara ya barororezi Vues Iradute Hagati Y’imbrimbo “Hahiye” n’Indirimbo “Boss”
Nimugihe beshi batanguye kwibaza niyihe ndirimbo iriko ikundwa cane nabakunzi bumuziki ndundi hagati y'indirimbo Hahiye indirimbo y'umuririmvyi Alvin Smith arikumwe na Double Jay imaze...
Aragacha Mafuriko | Nzanye Impinduka Nini Mumuziki Womu Rumonge
Umuririmvyi Tumaini NDENZAKO azwi kwizina rya Aragacha Mafuri avuka muntara ya rumonge ubu abarizwa mugisagara ca Cape Town mugihugu ca afrika yefo kuva mumwaka...
Cherine Rock Abaza Abakunzi B’umuziki Ndundi Uko Bakiriye Indirimbo Yiwe Slowly
Umuririmvyi kazi Chérine Rock n'umwe mubaririmvyikazi muriki gihe bigaragara ko bariko barakora cane nokwitanga mumuziki ndundi ugereranije indirimbo amaze gusohora guhera unomwaka ugitangura, Nimugihe...