Thursday, February 20, 2025

INKURU ISHUSHE : Arivuguruje Abavuga ko Arondera Amahera ya Kanye West Gusa Ntarukundo amufiteye-...

0
Umwigeme Juliafox muri ikigihe arimuri relartion y'urukondo na Kanye West yivuguruje abantu babandanya bamutera amajambo ko ari kwa Kanye mubusuma gusa ntarukundo afise yishakira...

INKURU SHASHA : Abansi Banje Kumengo Bacitse Inguvu – Arnovic

0
Umumuririmvyi ari Hit kundirimbo "My Wife " Arnovic beshi bamuzi nokwizina  "Nduwokumashuha" yerekanye ko yifuza abansi bashasha nkuko ya bicishije kuri instagram yiwe ngo...

INKURU ISHUSHE : Rachly Nish Yifuriza Isabukuru gy’amavuko Claude Adirondacks

0
"Shimirimana cane kukongera uyundimwaka ndagukunda cane musaza wanje, Imana ikundindira isabukuri gy’amavuka ryiza"  ayo namajambo yokwifuriza isabukuri gy’iza Claude Adirondacks musazawe Umuririmvyikazi Rachly Ninsh...

INKURU ISHUSHE : Gutwenga Ngo Birongereza Imisi Yokubaho?

0
Mucigwa cakozwe muri 2013 kubandi 53.000 bari bitavye icogikogwa cogutwenga, icigwa cari kibereye sna  aho ibice 20% vyabitavye vyerekanye ko umuntu atwenga cane yongera...

INKURU ISHUSHE : Ndimumaganya Meshi Kubona Ntariko ndakuresha Telephone – Uncle B Mwami

0
Namye nitwararika cane kuba hafi y'abakunzi banje cane cane mukwakira imbanuro zabo n'ivyifuzo bitandukanye ayo namajambo y'umuririmvyi Uncle B Mwami Classi wo muntara ya...

INKURU ISHUSHE : Kumbe Bidondo Arafise Shop Yiwe?

0
Umuririmvyi akaba n'umukinyi wamarersi atwenza (comemedien) Generencha Bidondo abicishije kumbuga ziwe abandanya ahimiriza abakunzi bibikogwa vyiwe kumushigigikira nokumoteza imbire muku mushorera idindazwa kuri shop...

INKURU ISHUSHE : Big Fizzo Amukubise Hasi Natacha Burundi Kuma Vues

0
Nimugihe indirimbo "Hangama" ya Big Fizzo hamwe n'indirimbo "Nushimwe" ya Natacha Burundi zasohekeye umuzi umwe kuwa wambere igenekerezo rya 17 Nzero 2022 ariko izo...

INKURU ISHUSHE (BONGO) : “Nshaka Umugabo Umuzungu afise Amahera” – Rose Muhando

0
Umuririmvyi windirimbo ndora Mana na Hit Maker wa 'Utamu wa Yesu' Rose Muhando yavuze asaba aronke umugabo w'umuzungu atari umwirabure kandi afise amahera atari...

INKURU ISHUSHE : B Face aciye umugani uteye impari kubakunzi biwe

0
Umuririrmvyi aririmba umudiho wa Hip Hop "Akakera" B Face yaciye umugani ukomeye watumye abasanze bamukurikira kwibaza ibibazo vyishi " imisuzi y'ibikere ntibuza inzuzi gutemba". Ifoto...

Bishasha vy’umuririmvyi Wiz Designer “Oooh Nana”

0
Umuririmvyi Wiz Designer ataraherutse gusohora indirimbo ari wenyene ngo vuba agiye gushira kumugaragaro indirimbo shasha izoza ifise izina "Oooh Nana", Wiz Designer amaze imisi...
Google search engine

Recent Posts